FETE DE LA MUSIQUE 2014 – NOUVELLE FORMULE
APPEL A PARTICIPATION : GROUPES, MUSICIENS, CHANTEURS
L’Institut Français du Burundi, en collaboration avec plusieurs partenaires, coordonne l’organisation de la Fête de la musique, édition 2014, le samedi 21 juin dans divers lieux de Bujumbura.
Groupes, musiciens, chanteurs, amateurs ou professionnels confirmés, cette journée est la vôtre ! Vous êtes invités à manifester votre intérêt à participer en retirant une fiche d’inscription à l’Institut Français du Burundi.
Les inscriptions seront closes le 23 mai 2014 à 16h00.
N.B. : Le Playback est interdit
Bonne fête de la musique !
—————————————————————————-
UMUSI MUKURU W’UMUZIKI 2014 – INTUMBERO NSHASHA
UGUHAMAGARIRA ABIPFUZA KUZA GUHIMBAZA UWO MUSI MUKURU : IMIGWI, ABACURARANZI, ABARIRIMVYI
Igisata c’Abafaransa mu Burundi, gifadikanije n’abakunzi baco bose, carabateguriye umusi mukuru w’umuziki w’2014, ku wa gatandatu igenekerezo rya 21 ruheshi mu bibanza bitandukanye vyo mu gisagara ca Bujumbura.
Bacuraranzi, baririmvyi, migwi y’abacuraranzi n’abaririmvyi, bakunzi b’umuziki namwe mukorera muri ico gisata, uyo musi ni uwanyu ntubacike ! Musabwe rero kwerekana ko mwipfuza kuza muri uwo musi mukuru mu kuza gutora urupapuro rwo kwiyandikisha mu Gisata c’Abafaransa mu Burundi.
Kwiyandikisha bizorangira kw’igenekerezo rya 23 rusama 2014, isaha y’icumi.
MURAMENYA : Playback ntiyemewe
Umusi mukuru mwiza w’umuziki !